Embrasser l'Islam, cliquez ici
ISLAM AL-HAQ: QURAN & HADITH
(The True Islam)



Tata cara shalat tasbih

Imam Ibnu Majah : 1376

حَدَّثَنَا مُوسَى بْنُ عَبْدِ الرَّحْمَنِ أَبُو عِيسَى الْمَسْرُوقِيُّ حَدَّثَنَا زَيْدُ بْنُ الْحُبَابِ حَدَّثَنَا مُوسَى بْنُ عُبَيْدَةَ حَدَّثَنِي سَعِيدُ بْنُ أَبِي سَعِيدٍ مَوْلَى أَبِي بَكْرِ بْنِ عَمْرِو بْنِ حَزْمٍ عَنْ أَبِي رَافِعٍ قَالَقَالَ رَسُولُ اللَّهِ صَلَّى اللَّهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ لِلْعَبَّاسِ يَا عَمِّ أَلَا أَحْبُوكَ أَلَا أَنْفَعُكَ أَلَا أَصِلُكَ قَالَ بَلَى يَا رَسُولَ اللَّهِ قَالَ فَصَلِّ أَرْبَعَ رَكَعَاتٍ تَقْرَأُ فِي كُلِّ رَكْعَةٍ بِفَاتِحَةِ الْكِتَابِ وَسُورَةٍ فَإِذَا انْقَضَتْ الْقِرَاءَةُ فَقُلْ سُبْحَانَ اللَّهِ وَالْحَمْدُ لِلَّهِ وَلَا إِلَهَ إِلَّا اللَّهُ وَاللَّهُ أَكْبَرُ خَمْسَ عَشْرَةَ مَرَّةً قَبْلَ أَنْ تَرْكَعَ ثُمَّ ارْكَعْ فَقُلْهَا عَشْرًا ثُمَّ ارْفَعْ رَأْسَكَ فَقُلْهَا عَشْرًا ثُمَّ اسْجُدْ فَقُلْهَا عَشْرًا ثُمَّ ارْفَعْ رَأْسَك فَقُلْهَا عَشْرًا ثُمَّ اسْجُدْ فَقُلْهَا عَشْرًا ثُمَّ ارْفَعْ رَأْسَكَ فَقُلْهَا عَشْرًا قَبْلَ أَنْ تَقُومَ فَتِلْكَ خَمْسٌ وَسَبْعُونَ فِي كُلِّ رَكْعَةٍ وَهِيَ ثَلَاثُ مِائَةٍ فِي أَرْبَعِ رَكَعَاتٍ فَلَوْ كَانَتْ ذُنُوبُكَ مِثْلَ رَمْلِ عَالِجٍ غَفَرَهَا اللَّهُ لَكَ قَالَ يَا رَسُولَ اللَّهِ وَمَنْ لَمْ يَسْتَطِعْ يَقُولُهَا فِي يَوْمٍ قَالَ قُلْهَا فِي جُمُعَةٍ فَإِنْ لَمْ تَسْتَطِعْ فَقُلْهَا فِي شَهْرٍ حَتَّى قَالَ فَقُلْهَا فِي سَنَةٍ

Yatubwiye [Musa bin Abdurrahman Abu Isa Al Masruqi] ati; yaratubwiye [Zaid Al Hubab] ati; yatubwiye [Musa bin Ubaida] ati; yambwiye [Said bin Abu Said] - uwahoze ari umuja wa Abu Bakr bin Amru bin Hazm - kuva kuri [Abu Rafi’] ati; Rasulullah Sawllahu Alaihi Wasallam abwira Abbas ati; ‘Ewe marume, woshima ko nguha ingabirano, woshima ko nguha inyungu, woshima ko mbandanya ubugenzi bwanje nawe? ’ Arishura ati: ‘Ego cane, ewe Ntumwa y’Imana. ’ Aravuga ati; 'Senga amaraka ane, muri buri raka usoma igitabu ca Fatihatul - Sura Al Fatihah - n'isura imwe. Niwaheza gusoma, rero uvuge uti; 'SUBHAANALLAHU WAL HAMDULILLAH WA LAA ILAAHA ILLA ALLAHU WALLAHU AKBAR -Ubuninahazwa bube kuri Allah kandi amashimwe abe kuri Allah, ntayindi Mana ibereye gusengwa atari Allah, Allah niwe mukuru- incuro cumi n'itanu imbere yo gupfukama. Hanyuma upfukame wongere uvuge igisomwa incuro icumi. Hanyuma uduze umutwe wongere ubivuge incuro cumi, hanyuma upfukame wongere ubivuge incuro cumi, hanyuma uduze umutwe wongere ubivuge incuro cumi, hanyuma upfukame wongere ubivuge incuro cumi, hanyuma ushire hejuru umutwe wongere ubivuge incuro cumi imbere y’uko uhaguruka. Ivyo vyose hamwe bishika kuri mirongo irindwi n’itanu muri raka imwe imwe, n’amajana atatu mu raka ane. Nimba ivyaha vyawe bimeze nk’umusozi w’umusenyi, Allah azobibabarira. ’ Abasi ati; ‘Ewe Ntumwa y’Imana, none abantu badashobora kuvuga ivyo mu musi umwe? ’ Aravuga ati; ‘Bikore rimwe mu ndwi, nimba udashobora kubikora rero ubikore rimwe mu kwezi,’ gushika aho avuga ati; ‘Ubikore rero rimwe mu mwaka. '

Hadith Corroboration :


Imam Abu Dawud : 1105
Imam Tirmidzi : 443, 444
Imam Ibnu Majah : 1376, 1377