Hadith Representative
Asy Syahid
Imam Tirmidzi : 3091حَدَّثَنَا مَحْمُودُ بْنُ غَيْلَانَ حَدَّثَنَا وَكِيعٌ وَوَهْبُ بْنُ جَرِيرٍ وَأَبُو دَاوُدَ قَالُوا حَدَّثَنَا شُعْبَةُ عَنْ الْمُغِيرَةِ بْنِ النُّعْمَانِ عَنْ سَعِيدِ بْنِ جُبَيْرٍ عَنْ ابْنِ عَبَّاسٍ قَالَقَامَ رَسُولُ اللَّهِ صَلَّى اللَّهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ بِالْمَوْعِظَةِ فَقَالَ يَا أَيُّهَا النَّاسُ إِنَّكُمْ مَحْشُورُونَ إِلَى اللَّهِ عُرَاةً غُرْلًا ثُمَّ قَرَأَ{ كَمَا بَدَأْنَا أَوَّلَ خَلْقٍ نُعِيدُهُ وَعْدًا عَلَيْنَا }إِلَى آخِرِ الْآيَةِ قَالَ أَوَّلُ مَنْ يُكْسَى يَوْمَ الْقِيَامَةِ إِبْرَاهِيمُ وَإِنَّهُ سَيُؤْتَى بِرِجَالٍ مِنْ أُمَّتِي فَيُؤْخَذُ بِهِمْ ذَاتَ الشِّمَالِ فَأَقُولُ رَبِّ أَصْحَابِي فَيُقَالُ إِنَّكَ لَا تَدْرِي مَا أَحْدَثُوا بَعْدَكَ فَأَقُولُ كَمَا قَالَ الْعَبْدُ الصَّالِحُ{ وَكُنْتُ عَلَيْهِمْ شَهِيدًا مَا دُمْتُ فِيهِمْ فَلَمَّا تَوَفَّيْتَنِي كُنْتَ أَنْتَ الرَّقِيبَ عَلَيْهِمْ وَأَنْتَ عَلَى كُلِّ شَيْءٍ شَهِيدٌ إِنْ تُعَذِّبْهُمْ فَإِنَّهُمْ عِبَادُكَ وَإِنْ تَغْفِرْ لَهُمْ }إِلَى آخِرِ الْآيَةِ فَيُقَالُ هَؤُلَاءِ لَمْ يَزَالُوا مُرْتَدِّينَ عَلَى أَعْقَابِهِمْ مُنْذُ فَارَقْتَهُمْحَدَّثَنَا مُحَمَّدُ بْنُ بَشَّارٍ حَدَّثَنَا مُحَمَّدُ بْنُ جَعْفَرٍ حَدَّثَنَا شُعْبَةُ عَنْ الْمُغِيرَةِ بْنِ النُّعْمَانِ نَحْوَهُ قَالَ هَذَا حَدِيثٌ حَسَنٌ صَحِيحٌ وَرَوَاهُ سُفْيَانُ الثَّوْرِيُّ عَنْ الْمُغِيرَةِ بْنِ النُّعْمَانِ نَحْوَهُ قَالَ أَبُو عِيسَى كَأَنَّهُ تَأَوَّلَهُ عَلَى أَهْلِ الرِّدَّةِ
Yaratubwiye [Mahmud bin Ghailan] yatubwiye [Waki’], [Wahab bin Jarir] na [Abu Dawudi] bati; Twabwiwe [Syu’ba] avuye kuri [Al Mughirah bin An Nu’man] avuye kuri [Said bin Jubair] avuye kuri [Ibn Abbas] ati; Rasulullah Sallallahu Alaihi Wasallam arahaguruka kugira ngo atange impanuro, ati; Araheza arasoma ati: «Ewe bantu, vy’ukuri muzokoranirizwa kuri Allah muri gusa kandi mutagenyerewe». 'Nk'uko twatanguye irema rya mbere, ni ko tuzorisubiramwo, iryo ni isezerano tuzoshitsa ata kabuza'. -Al Anbiyaa`; 105- Umuntu wa mbere yambara uwo musi yari Ibrahimu kandi abantu batari bake bo muri Ummah yanje boza, boshirwa mu mugwi w’ibubamfu - abantu b’umuriro w’iteka - hanyuma ndasenga; Ewe Rabi, bose ni abagenzi banje, aca arishura ati: Nkako, ntuzi ico bazokora inyuma yawe. Maze ndasenga nkuko wa musuku w’umugororotsi yabivuze; ‘Nari icabona cabo igihe nari kumwe na bo, ariko igihe Wampaye, ni Wewe wabacungera kandi ni Wewe Icabona ca vyose. Niwabababaza rero vy’ukuri ni abasuku bawe. -Ali Ma`ida; 117-118- hanyuma arishura; Bama bahunga umaze gupfa’. Abu Isa yavuze ko iyo hadithi ari iyo ukuri. Yatubwiye [Muhamadi bin Basyar] yatubwiye [Muhamadi bin Ja’far] yatubwiye [Syu’bah] kuva [Al Mughirah bin An Nu’man] bisa n’uko. Abu Isa ati; Iyi hadithi ni iy’ukuri. [Sufyani Ats Tsauri] yabivuze bivuye kuri [Al Mughirah bin An Nu’man] nk’uko bigaragara. Abu Isa ati; Bisa n’uko yabizaniye abahakanyi.