Embrasser l'Islam, cliquez ici
ISLAM AL-HAQ: QURAN & HADITH
(The True Islam)



- Kiamat, Surga dan Neraka Syafaat Tempat yang terpuji al-Maqam al-Mahmud

Hadith Search Results :
Total Hadith : 1
Hadith Representative
Tempat yang terpuji al-Maqam al-Mahmud
Imam Darimi : 2680

حَدَّثَنَا مُحَمَّدُ بْنُ الْفَضْلِ حَدَّثَنَا الصَّعْقُ بْنُ حَزْنٍ عَنْ عَلِيِّ بْنِ الْحَكَمِ عَنْ عُثْمَانَ بْنِ عُمَيْرٍ عَنْ أَبِي وَائِلٍ عَنْ ابْنِ مَسْعُودٍ عَنْ النَّبِيِّ صَلَّى اللَّهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ قَالَ قِيلَ لَهُ مَا الْمَقَامُ الْمَحْمُودُ قَالَ ذَاكَ يَوْمٌ يَنْزِلُ اللَّهُ تَعَالَى عَلَى كُرْسِيِّهِ يَئِطُّ كَمَا يَئِطُّ الرَّحْلُ الْجَدِيدُ مِنْ تَضَايُقِهِ بِهِ وَهُوَ كَسَعَةِ مَا بَيْنَ السَّمَاءِ وَالْأَرْضِ وَيُجَاءُ بِكُمْ حُفَاةً عُرَاةً غُرْلًا فَيَكُونُ أَوَّلَ مَنْ يُكْسَى إِبْرَاهِيمُ يَقُولُ اللَّهُ تَعَالَى اكْسُوا خَلِيلِي فَيُؤْتَى بِرَيْطَتَيْنِ بَيْضَاوَيْنِ مِنْ رِيَاطِ الْجَنَّةِ ثُمَّ أُكْسَى عَلَى إِثْرِهِ ثُمَّ أَقُومُ عَنْ يَمِينِ اللَّهِ مَقَامًا يَغْبِطُنِي الْأَوَّلُونَ وَالْآخِرُونَ

Yatubwiye [Muhammad bin Al Fadlal] yatubwiye [Ash Sh’q bin Hazn] avuye kuri [Ali bin Al Hakam] avuye kuri [Uthman bin Umair] avuye kuri [Abu Wa`il] avuye kuri [Ibn Mas’ud] avuye kuri [Ibn Mas’ud] avuye ku Ntumwa y’Imana, ati; Bamubwira ngo; None iki kibanza gihezagiwe gisobanura iki? Arishura ati; ‘Uwo musi Allah yamanutse mu ntebe yiwe yariko iravuga nk’ijwi ry’ikinyabiziga gishasha kubera ubugoyagoye bwayo, naho iyo ntebe yari nini nk’ijuru n’isi. Muzoza mufise ibirenge gusa, mwambaye ubusa kandi mutagenyerewe, uwuzobanza guhabwa impuzu azoba ari Ibrahim. Allah Ta’ala ati; Muhe impuzu umukunzi wanje. Hanyuma ahabwa impuzu zibiri zivuye mu mpuzu zo mw’ijuru zari nziza cane kandi zera. Hanyuma mpabwa impuzu inyuma y’ivyo, hanyuma mpagarara iburyo bwa Allah, ahantu hatuma aba mbere n’aba nyuma bumva banfitiye ishari’.

Hadith Corroboration :