Hadith Representative
Urwah kagum ilmu kedokteran Aisyah
Imam Ahmad : 23244حَدَّثَنَا أَبُو مُعَاوِيَةَ عَبْدُ اللَّهِ بْنُ مُعَاوِيَةَ الزُّبَيْرِيُّ قَدِمَ عَلَيْنَا مَكَّةَ حَدَّثَنَا هِشَامُ بْنُ عُرْوَةَ قَالَ كَانَ عُرْوَةُ يَقُولُ لِعَائِشَةَ يَا أُمَّتَاهُ لَا أَعْجَبُ مِنْ فَهْمِكِ أَقُولُ زَوْجَةُ رَسُولِ اللَّهِ صَلَّى اللَّهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ وَبِنْتُ أَبِي بَكْرٍ وَلَا أَعْجَبُ مِنْ عِلْمِكِ بِالشِّعْرِ وَأَيَّامِ النَّاسِ أَقُولُ ابْنَةُ أَبِي بَكْرٍ وَكَانَ أَعْلَمَ النَّاسِ أَوْ وَمِنْ أَعْلَمِ النَّاسِ وَلَكِنْ أَعْجَبُ مِنْ عِلْمِكِ بِالطِّبِّ كَيْفَ هُوَ وَمِنْ أَيْنَ هُوَ قَالَ فَضَرَبَتْ عَلَى مَنْكِبِهِ وَقَالَتْ أَيْ عُرَيَّةُ إِنَّ رَسُولَ اللَّهِ صَلَّى اللَّهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ كَانَ يَسْقَمُ عِنْدَ آخِرِ عُمْرِهِ أَوْ فِي آخِرِ عُمْرِهِ فَكَانَتْ تَقْدَمُ عَلَيْهِ وُفُودُ الْعَرَبِ مِنْ كُلِّ وَجْهٍ فَتَنْعَتُ لَهُ الْأَنْعَاتَ وَكُنْتُ أُعَالِجُهَا لَهُ فَمِنْ ثَمَّ
Yatubwiye [Abu Muawiya Abdullah bin Muawiya Az-Zubairy] igihe twaza i Mecca. Yaratubwiye [Hisyamu bin Urwah] ati; [Urwa bin Azubayiri] abwira [Ayisiya] ati; Ewe muvyeyi! Sinkitangazwa n’ubwenge bwawe ku bijanye n’idini. Nanje nti - Nshaka kuvuga Aisyah 'Umugore wa Rasulullah n'umukobwa wa Abu Bakar--. Kandi, nanje nyene sinkitangazwa n’ubumenyi ufise mu vy’imivugo n’amateka. Nca mvuga nti; Umuhungu wa Abu Bakar kandi ni we muntu afise ubumenyi bwinshi canke mu bantu bafise ubumenyi cane. Ariko rero ndatangajwe n’ubumenyi ufise mu vy’ubuvuzi, wabukuye gute kandi wabukuye hehe? Urwah ati; ‘Aisyah rero aca ankubita ku rutugu ati; ‘Ewe Urwah! Nkako, igihe Rasulullah Sallallahu Alaihi Wasallam yarwaye mu mpera y’ubuzima bwiwe, hari intumwa nyinshi z’Abarabu zivuye mu turere dutandukanye zaje kumuvura kandi ni jewe nabafashije kumuvura, rero niho nabikuye’. '