Wanita haid di masa Nabi diperintahkan qadha puasa, tidak qadha shalat
Imam Nasa'i : 379
أَخْبَرَنَا عَمْرُو بْنُ زُرَارَةَ قَالَ أَنْبَأَنَا إِسْمَعِيلُ عَنْ أَيُّوبَ عَنْ أَبِي قِلَابَةَ عَنْ مُعَاذَةَ الْعَدَوِيَّةِ قَالَتْسَأَلَتْ امْرَأَةٌ عَائِشَةَ أَتَقْضِي الْحَائِضُ الصَّلَاةَ فَقَالَتْ أَحَرُورِيَّةٌ أَنْتِ قَدْ كُنَّا نَحِيضُ عِنْدَ رَسُولِ اللَّهِ صَلَّى اللَّهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ فَلَا نَقْضِي وَلَا نُؤْمَرُ بِقَضَاءٍ
Yatumenyesheje [Amr bin Zurarah] ati; yatubwiye [Isma’il] avuye kuri [Ayyub] avuye kuri [Abu Qilabah] avuye kuri [Mu’adzah Al ‘Adawiyah] avuye kuri we ati; ‘Umugore umwe yarabajije [Aisyah] ati: ‘Mbega abantu bari mu mihango bategerezwa gusubiza amasengesho yabo? ’ aramwishura ati: ‘Uri Haruriyah? Twarahora tugira imihango mu gihe ca Rasulullah Sallallahu Alaihi Wasallam, kandi ntitwayisubiriza, eka mbere ntitwasabwa kuyisubiriza’.